Ibitunguru (Allium cepa) n’ikiribwa gifasha abateka kugira ibifungurwa bigire akanovera n'akamoto keza kurusha UKo vyari. Igitunguru gikoreshwa kw'isi yose kandi n'abantu bose. Bagikoresha babanje kugikaranga canke bakagitekana n'ibiribwa. Hari kandi n'abagihekenya ari kibisi, mukugifungura bakirya imizi n'amababi. Har'ubwo no kwa muganga bahimiriza abafise indwara runaka kugifungura ari kibisi. Kiri ubwoko butandukanye kandi kikagira n'amabara atandukanye.

Ibitunguru
Ibitunguru
9770Allium cepa in the Philippines 07