Intara ya Mwaro iri muntara cumi n'umunani z'Uburundi. Intara ya Mwaro yavutse italiki 20 Nzero mu mwaka w' 1999 bagabuye kubiri intara ya Muramvya.

IProvense ya Mwaro

Imvukira z’iyo ntara zariyungunganije zirashiraho Kaminuza y’I Mwaro mu mwaka wa 2001. Iyo Kaminuza ifise icicaro cayo mu Kibumbu, misiyoni iri mu za mbere za kera mu Burundi.

Komine za Mwaro hinyanyura inyandiko

hinyanyura inyandiko

hinyanyura inyandiko