Intara ya Cibitoke iri mu Ntara cumi n'Umunani zigize Uburundi.

IProvense ya Cibitoke
BI-Cibitoke

Intara ya Cibitoke igizwe n'ama Komine atandatu ari yo akurikira:

-Buganda -Bukinanyana -Mabayi -Mugina -Murwi -na Rugombo

Intara ya Cibitoke ikaba ihana imbibe n'intara ya Bubanza, Kayanza RDC ndetse n'igihugu ca Rwanda.